2 Abami 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.” Amosi 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Amosi yishura Amaziya ati: “Jewe sinari umuhanuzi, canke ngo mbe umwana w’umuhanuzi+; ahubwo nari umwungere+, nkaba n’umurasazi w’insukoni z’ibiti vy’imisukomora.
3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.”
14 Maze Amosi yishura Amaziya ati: “Jewe sinari umuhanuzi, canke ngo mbe umwana w’umuhanuzi+; ahubwo nari umwungere+, nkaba n’umurasazi w’insukoni z’ibiti vy’imisukomora.