ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 20:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nuko umugabo umwe wo mu bahungu b’abahanuzi+ abwira umugenzi wiwe bivuye kw’ijambo+ rya Yehova ati: “Enda nkubita.” Ariko nya mugabo yanka kumukubita.

  • 2 Abami 4:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Elisha asubira i Gilugali+, kandi hari ikigoyi+ mu gihugu. Kubera ko abahungu+ b’abahanuzi bari bicaye imbere yiwe+, amaherezo abwira umusuku wiwe+ ati: “Shira ku ziko ya nkono nini uheze utekere isupu abahungu b’abahanuzi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika