ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Inyuma y’ivyo Balamu avyuka mu gitondo, ashira itandiko ku ndogobwa yiwe y’ingore, ajana na nya baganwa ba Mowabu+.

  • Abacamanza 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yemwe abagendera ku ndogobwa z’ingore+ z’ibara ry’akagajo,

      Yemwe abicara ku bisaswa* vyizavyiza,

      Namwe abagendera mu nzira,

      Zirikane+!

  • 2 Samweli 19:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Na we avuga ati: “Mukama wanje umwami, umusuku wanje+ ni we yampenze. Kuko umusuku wawe yari yavuze ati: ‘Reka nishirire itandiko ku ndogobwa, kugira ndayigendereko, njane n’umwami,’ kuko umusuku wawe ari ikimuga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika