Daniyeli 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Imana yanje+ yarungitse umumarayika wayo+, yugara iminwa y’izi ntambwe+, kandi ntizangiriye nabi, kuko imbere yayo nabonetse ko ndi intungane+; kandi n’imbere yawe mwami, nta kibi nakoze+.”
22 Imana yanje+ yarungitse umumarayika wayo+, yugara iminwa y’izi ntambwe+, kandi ntizangiriye nabi, kuko imbere yayo nabonetse ko ndi intungane+; kandi n’imbere yawe mwami, nta kibi nakoze+.”