2 Samweli 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova+,Kandi Imana yanje naguma ndayihamagara+.Maze yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,Ugutabaza kwanje gushika mu matwi yayo+. Zaburi 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo jewe, ni wewe nizigiye, ewe Yehova+!Navuze nti: “Uri Imana yanje+.”
7 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova+,Kandi Imana yanje naguma ndayihamagara+.Maze yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,Ugutabaza kwanje gushika mu matwi yayo+.