2 Abami 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Avuga rero ati: “Nimumureke aruhuke+. Ntihagire uwukoma amagufa yiwe.” Nuko bareka amagufa yiwe hamwe n’amagufa ya wa muhanuzi+ yari yavuye i Samariya. Abaheburayo 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kubera ukwizera, Yozefu, igihe yari yegereje iherezo ryiwe, yaravuze ivy’ukuvayo+ kwa bene Isirayeli; kandi yaratanze itegeko ku vyerekeye amagufa yiwe+.
18 Avuga rero ati: “Nimumureke aruhuke+. Ntihagire uwukoma amagufa yiwe.” Nuko bareka amagufa yiwe hamwe n’amagufa ya wa muhanuzi+ yari yavuye i Samariya.
22 Kubera ukwizera, Yozefu, igihe yari yegereje iherezo ryiwe, yaravuze ivy’ukuvayo+ kwa bene Isirayeli; kandi yaratanze itegeko ku vyerekeye amagufa yiwe+.