Zaburi 103:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntiyadukoreye ibihwanye n’ibicumuro vyacu+;Eka ntiyatuzanyeko ivyo dukwiriye yisunze amakosa yacu+. Umusiguzi 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera ko urubanza rwo guhasha igikorwa kibi rutashikijwe ningoga+, ni co gituma umutima w’abana b’abantu wiyemeje rwose muri bo gukora ikibi+. 2 Petero 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye, babigiranye umwina bazobarya imitsi bakoresheje amajambo y’uruhendo+. Mugabo ku biberekeye, urubanza rwo kuva kera+ ntiruriko rurikwega, n’ugutikizwa kwabo ntigusinziriye+.
10 Ntiyadukoreye ibihwanye n’ibicumuro vyacu+;Eka ntiyatuzanyeko ivyo dukwiriye yisunze amakosa yacu+.
11 Kubera ko urubanza rwo guhasha igikorwa kibi rutashikijwe ningoga+, ni co gituma umutima w’abana b’abantu wiyemeje rwose muri bo gukora ikibi+.
3 Vyongeye, babigiranye umwina bazobarya imitsi bakoresheje amajambo y’uruhendo+. Mugabo ku biberekeye, urubanza rwo kuva kera+ ntiruriko rurikwega, n’ugutikizwa kwabo ntigusinziriye+.