2 Abami 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+. 2 Ngoma 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abandanya gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, mugabo ntiyabigirana umutima ukwiye+. 2 Ngoma 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe. Zaburi 119:80 Bibiliya y’isi nshasha 80 Umutima wanje nuboneke ko utagira amahinyu mu ngingo nyobozi zawe+,Kugira ngo simaramare+.
3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe.