Gusubira mu vyagezwe 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Uyu musi Yehova Imana yawe agutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi n’izi ngingo z’ubutungane+; kandi utegerezwa kuzubahiriza no kuzishitsa n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+. 1 Abami 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu. Zaburi 119:112 Bibiliya y’isi nshasha 112 Nahengekeye umutima wanje ku gushira mu ngiro ingingo nyobozi zawe+Gushika igihe kitagira urugero, gushika kw’iherezo+.
16 “Uyu musi Yehova Imana yawe agutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi n’izi ngingo z’ubutungane+; kandi utegerezwa kuzubahiriza no kuzishitsa n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+.
58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu.
112 Nahengekeye umutima wanje ku gushira mu ngiro ingingo nyobozi zawe+Gushika igihe kitagira urugero, gushika kw’iherezo+.