1 Abami 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu. 2 Ngoma 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko hari ibintu vyiza+ vyabonetse muri wewe, kuko wakuye ibikingi vyeranda mu gihugu+ kandi ugategurira umutima wawe kurondera Imana y’ukuri+.” Zaburi 105:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kugira ngo bagumye ingingo nyobozi ziwe+,Bubahirize amategeko yiwe+.Shemeze Ya+!
58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu.
3 Ariko hari ibintu vyiza+ vyabonetse muri wewe, kuko wakuye ibikingi vyeranda mu gihugu+ kandi ugategurira umutima wawe kurondera Imana y’ukuri+.”