Itanguriro 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze amaso yabo bompi aruguruka, batahura ko bari gusa+. Ku bw’ivyo, bashonera hamwe amababi y’umusukoni, bapfuka ubwambure bwabo*+. Zaburi 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe Mana yanje, ni wewe nizigiye+;Ese ntomaramara.Abansi banje ntibigine banyigamba+. Zaburi 119:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni ho ntomaramara+Igihe nihweza amabwirizwa yawe yose+. 1 Yohani 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko rero, bana bato+, mugume mwunze ubumwe+ na we, kugira ngo niyashirwa ahabona+ tuze tugire umwidegemvyo wo kuvuga+, ntitumaramazwe ngo tuve kuri we mu gihe c’ukuhaba kwiwe+.
7 Maze amaso yabo bompi aruguruka, batahura ko bari gusa+. Ku bw’ivyo, bashonera hamwe amababi y’umusukoni, bapfuka ubwambure bwabo*+.
28 Nuko rero, bana bato+, mugume mwunze ubumwe+ na we, kugira ngo niyashirwa ahabona+ tuze tugire umwidegemvyo wo kuvuga+, ntitumaramazwe ngo tuve kuri we mu gihe c’ukuhaba kwiwe+.