Matayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yicaye ku musozi w’Imyelayo, abigishwa baramwegera biherereye, bamubwira bati: “Tubwire: Ivyo bizoba ryari, kandi ni igiki kizoba ikimenyetso c’ukuhaba*+ kwawe n’ic’insozero y’ivy’isi+?” 1 Abatesalonika 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+.
3 Yicaye ku musozi w’Imyelayo, abigishwa baramwegera biherereye, bamubwira bati: “Tubwire: Ivyo bizoba ryari, kandi ni igiki kizoba ikimenyetso c’ukuhaba*+ kwawe n’ic’insozero y’ivy’isi+?”
13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+.