ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+.

  • Zaburi 89:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nararahiye rimwe mu bweranda bwanje+,

      Sinzobesha Dawidi+.

  • Yesaya 37:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 ‘Nzorwanira koko+ iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.’”

  • Yeremiya 33:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 n’isezerano ryanje nagiranye na Dawidi umusavyi wanje+ rero ryoshobora guhagarikwa, ku buryo ataronka umuhungu aganza ku ntebe yiwe y’ubwami+; n’iryo nagiranye n’Abalewi, abaherezi, abasuku banje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika