ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 16:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze Asa, mu mwaka ugira mirongo itatu n’icenda w’ingoma yiwe, afatwa n’indwara mu birenge, gushika aho aremba+; ariko no mu ndwara yiwe, ntiyarondera Yehova+ mugabo arondera abavūzi+.

  • Umusiguzi 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Niwibuke rero Umuremyi wawe Ahambaye+ mu misi y’ubusore bwawe+, imbere y’uko imisi y’ivyago itangura kuza+, canke ngo imyaka ishike, aho uzovuga uti: “Ntibimpimbara+”;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika