Imigani 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuvinyu ni umushinyaguzi+, inzoga iboreza irasebagirika+, kandi uwuzimizwa na yo wese si inkerebutsi+. Imigani 31:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Si ivy’abami, Lemuweli we, si ivy’abami kunywa umuvinyu, canke ngo bibe ivy’abategetsi bakurubakuru kuvuga ngo: “Inzoga iboreza iri hehe+?” Luka 21:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Mugabo mwiyubare ubwanyu kugira ngo imitima yanyu ntiyigere iremerwa n’ukurira agahokero n’ukunywa birenze urugero+ be n’amaganya+ y’ubuzima, hanyuma bukwi na bukwi uwo musi ukabazako ako kanya nyene+
20 Umuvinyu ni umushinyaguzi+, inzoga iboreza irasebagirika+, kandi uwuzimizwa na yo wese si inkerebutsi+.
4 Si ivy’abami, Lemuweli we, si ivy’abami kunywa umuvinyu, canke ngo bibe ivy’abategetsi bakurubakuru kuvuga ngo: “Inzoga iboreza iri hehe+?”
34 “Mugabo mwiyubare ubwanyu kugira ngo imitima yanyu ntiyigere iremerwa n’ukurira agahokero n’ukunywa birenze urugero+ be n’amaganya+ y’ubuzima, hanyuma bukwi na bukwi uwo musi ukabazako ako kanya nyene+