ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ako kanya nya musuku yiruka kumusanganira, avuga ati: “Ndakwinginze umpe nywe utuzi dukeyi ku mubindi wawe+.”

  • Matayo 10:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”

  • Yohani 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umugore umwe w’i Samariya aza kuvoma amazi. Yezu amubwira ati: “Mpa ico nywa.”

  • Abaheburayo 11:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Baratewe amabuye+, barageragejwe+, barakekagujwe imisumeno, barapfuye+ bakerejwe inkota, barayerereye bari mu nsato z’intama+, mu nsato z’impene, bari mu bukene+, mu makuba+, bagirirwa nabi+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika