ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Hanyuma bamubwira bati: “Ehe rero, abasuku bawe bari kumwe n’abagabo mirongo itanu, abantu b’intwari. Turakwinginze bagende kurondera shobuja. Hari aho impwemu+ ya Yehova yoba yamuteruye hanyuma ikamuterera kuri umwe mu misozi canke muri umwe mu mibande.” Mugabo avuga ati: “Ntimubarungike.”

  • Ezekiyeli 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze impwemu iranterura+, nca ntangura kwumva inyuma yanje urwamo rw’ivumbuka rikomeye, numva ngo+: “Hahezagirwe ubuninahazwa bwa Yehova aho ari+.”

  • Matayo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze Yezu arongowe n’impwemu aduga mu gahinga+ kugira ageragezwe+ na Shetani*.

  • Ivyakozwe 8:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Bamaze kuduga bavuye mu mazi, impwemu ya Yehova itwara Filipo ningoga+, nya nkone na yo ntiyaba ikimubona, kuko yabandanije urugendo inezerewe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika