ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko nagumije inzira za Yehova+,

      Kandi sinakoze nabi ngo mvirire Imana yanje+.

  • Zaburi 71:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,

      Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+.

  • Imigani 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.

  • Umusiguzi 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Vyiza ni uko wofata kimwe, mugabo n’ico kindi ntugikureko ukuboko kwawe+; kuko uwutinya Imana azobijana vyose+.

  • Umusiguzi 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Niwibuke rero Umuremyi wawe Ahambaye+ mu misi y’ubusore bwawe+, imbere y’uko imisi y’ivyago itangura kuza+, canke ngo imyaka ishike, aho uzovuga uti: “Ntibimpimbara+”;

  • Yesaya 50:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ni nde muri mwebwe atinya+ Yehova, akumviriza ijwi ry’umusavyi wiwe+, akaba yagendeye mu mwiza w’urudaca+ kandi ntabone ukwakaka? Niyizigire izina rya Yehova+, yishimikize Imana yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika