Ivyakozwe 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Eka ntibashobora no kwemeza+ imbere yawe ivyo banyagiriza ubu nyene. 2 Petero 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ariko canecane, abakurikira umubiri bafise icipfuzo co kuwuhumanya+ kandi bakagaya ubutware+. Barubahuka, ni intagondwa, ntibajugumira imbere y’abanyabuninahazwa mugabo bagatukana+, Yuda 8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ariko muri ubwo buryo nyene, abo bantu na bo nyene mu kwivobeka mu ndoto+ barahumanya umubiri, bagakengera ubutware+ vyongeye bagatuka abanyabuninahazwa+.
10 ariko canecane, abakurikira umubiri bafise icipfuzo co kuwuhumanya+ kandi bakagaya ubutware+. Barubahuka, ni intagondwa, ntibajugumira imbere y’abanyabuninahazwa mugabo bagatukana+,
8 Ariko muri ubwo buryo nyene, abo bantu na bo nyene mu kwivobeka mu ndoto+ barahumanya umubiri, bagakengera ubutware+ vyongeye bagatuka abanyabuninahazwa+.