Daniyeli 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze ehe haza ukuboko kurankorako+, kurahava kuramvyura kugira ngo mpfukame, nishimikize ibiganza vy’amaboko yanje. Ivyakozwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo, ehe umumarayika wa Yehova ahagarara+ ng’aho, umuco na wo ukayanganira mu gasho. Akubita Petero mu rubavu, aramuvyura+, amubwira ati: “Haguruka ningoga!” Ya minyororo yiwe ica irakoroka+ imuva ku maboko.
10 Maze ehe haza ukuboko kurankorako+, kurahava kuramvyura kugira ngo mpfukame, nishimikize ibiganza vy’amaboko yanje.
7 Mugabo, ehe umumarayika wa Yehova ahagarara+ ng’aho, umuco na wo ukayanganira mu gasho. Akubita Petero mu rubavu, aramuvyura+, amubwira ati: “Haguruka ningoga!” Ya minyororo yiwe ica irakoroka+ imuva ku maboko.