Yeremiya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova aca atuma ukuboko kwiwe agukoza ku munwa wanje+. Maze Yehova ambwira ati: “Ehe nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+. Daniyeli 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kandi nkiriko ndavuga nsenga, erega wa mugabo Gaburiyeli+, umwe nari nabonye mw’iyerekwa mu ntango+, umuruho ari wose, ashika iruhande yanje, mu gihe c’ishikanwa ryo ku mugoroba+. Ivyahishuwe 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aho ndamuboneye, ngwa nk’uwapfuye imbere y’ibirenge vyiwe. Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, avuga ati: “Ntutinye+. Ndi uwa Mbere+ n’uwa Nyuma+,
9 Yehova aca atuma ukuboko kwiwe agukoza ku munwa wanje+. Maze Yehova ambwira ati: “Ehe nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+.
21 kandi nkiriko ndavuga nsenga, erega wa mugabo Gaburiyeli+, umwe nari nabonye mw’iyerekwa mu ntango+, umuruho ari wose, ashika iruhande yanje, mu gihe c’ishikanwa ryo ku mugoroba+.
17 Aho ndamuboneye, ngwa nk’uwapfuye imbere y’ibirenge vyiwe. Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, avuga ati: “Ntutinye+. Ndi uwa Mbere+ n’uwa Nyuma+,