Daniyeli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ntangura kwumva hagati muri Ulayi+ ijwi ry’umuntu yakuwe mw’ivu, arasemerera, ati: “Gaburiyeli we+, fasha uwo muntu gutegera ico kintu abonye+.” Luka 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mumarayika amwishura ati: “Ndi Gaburiyeli+, uwuhagarara imbere y’Imana hafi yayo, nkaba natumwe kuvugana+ nawe no kukumenyesha inkuru nziza y’ivyo bintu.
16 Ntangura kwumva hagati muri Ulayi+ ijwi ry’umuntu yakuwe mw’ivu, arasemerera, ati: “Gaburiyeli we+, fasha uwo muntu gutegera ico kintu abonye+.”
19 Nya mumarayika amwishura ati: “Ndi Gaburiyeli+, uwuhagarara imbere y’Imana hafi yayo, nkaba natumwe kuvugana+ nawe no kukumenyesha inkuru nziza y’ivyo bintu.