ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ntangura kwumva hagati muri Ulayi+ ijwi ry’umuntu yakuwe mw’ivu, arasemerera, ati: “Gaburiyeli we+, fasha uwo muntu gutegera ico kintu abonye+.”

  • Daniyeli 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 kandi nkiriko ndavuga nsenga, erega wa mugabo Gaburiyeli+, umwe nari nabonye mw’iyerekwa mu ntango+, umuruho ari wose, ashika iruhande yanje, mu gihe c’ishikanwa ryo ku mugoroba+.

  • Abaheburayo 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika