Kuvayo 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Musa na Yosuwa umusuku wiwe barahaguruka, hanyuma Musa aduga ku musozi w’Imana y’ukuri+. 2 Abami 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.” 2 Abami 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehoshafati aca avuga+ ati: “Mbega nta muhanuzi wa Yehova ari ng’aha+? Dusiguze Yehova rero biciye kuri we+.” Nuko umwe mu basuku b’umwami wa Isirayeli yishura ati: “Ng’aha hariho Elisha+ mwene Shafati, uwasuka amazi ku maboko ya Eliya+.”
3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.”
11 Yehoshafati aca avuga+ ati: “Mbega nta muhanuzi wa Yehova ari ng’aha+? Dusiguze Yehova rero biciye kuri we+.” Nuko umwe mu basuku b’umwami wa Isirayeli yishura ati: “Ng’aha hariho Elisha+ mwene Shafati, uwasuka amazi ku maboko ya Eliya+.”