1 Samweli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+. 1 Samweli 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buno nyene Dawidi abwira abantu biwe ati: “Nimukenyere umwe wese inkota yiwe+!” Nuko barakenyera umwe wese inkota yiwe, na Dawidi nyene akenyera inkota yiwe; hanyuma batangura kuduga bakurikiye Dawidi, abagabo nk’amajana ane, ariko amajana abiri baguma bicaye iruhande y’imizigo+. Zaburi 45:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kenyera inkota yawe+ kw’itako, wa munyenkomezi we+,Ukenyeze iteka ryawe n’ubwiza bwawe bwakaka+.
3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+.
13 Buno nyene Dawidi abwira abantu biwe ati: “Nimukenyere umwe wese inkota yiwe+!” Nuko barakenyera umwe wese inkota yiwe, na Dawidi nyene akenyera inkota yiwe; hanyuma batangura kuduga bakurikiye Dawidi, abagabo nk’amajana ane, ariko amajana abiri baguma bicaye iruhande y’imizigo+.