Imigani 31:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Si ivy’abami, Lemuweli we, si ivy’abami kunywa umuvinyu, canke ngo bibe ivy’abategetsi bakurubakuru kuvuga ngo: “Inzoga iboreza iri hehe+?” Umusiguzi 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uzoba uhiriwe, wa gihugu we, igihe umwami wawe ari umwana w’abanyacubahiro, abaganwa bawe na bo bakarya ku gihe kibereye ngo bagire inguvu, atari ku bwo kunywa gusa+. Hoseya 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubusambanyi n’umuvinyu be n’umuvinyu usosa ni vyo bitwara umutima+.
4 Si ivy’abami, Lemuweli we, si ivy’abami kunywa umuvinyu, canke ngo bibe ivy’abategetsi bakurubakuru kuvuga ngo: “Inzoga iboreza iri hehe+?”
17 Uzoba uhiriwe, wa gihugu we, igihe umwami wawe ari umwana w’abanyacubahiro, abaganwa bawe na bo bakarya ku gihe kibereye ngo bagire inguvu, atari ku bwo kunywa gusa+.