Itanguriro 37:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+. 1 Abami 21:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, atantamura impuzu ziwe yongera ashira igunira+ ku mubiri wiwe; atangura kwisonzesha, aguma aryama mw’igunira kandi agenda yiraburaniwe+. Esiteri 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Morudekayi+ amenya ibintu vyose vyari vyakozwe+; maze Morudekayi atantamura impuzu ziwe, yambara igunira*+ yongera yishirako iminyota+ hanyuma arasohoka aja hagati mu gisagara araheza araboroga n’ijwi rirenga n’intuntu+. Yesaya 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi Umukama+ Segaba, Yehova nyen’ingabo, azotera akamo kuri uwo musi ko kurira+ no kugandara no kugira ubuhanza no gukenyera igunira+. Ivyahishuwe 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.”
34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+.
27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, atantamura impuzu ziwe yongera ashira igunira+ ku mubiri wiwe; atangura kwisonzesha, aguma aryama mw’igunira kandi agenda yiraburaniwe+.
4 Nuko Morudekayi+ amenya ibintu vyose vyari vyakozwe+; maze Morudekayi atantamura impuzu ziwe, yambara igunira*+ yongera yishirako iminyota+ hanyuma arasohoka aja hagati mu gisagara araheza araboroga n’ijwi rirenga n’intuntu+.
12 “Kandi Umukama+ Segaba, Yehova nyen’ingabo, azotera akamo kuri uwo musi ko kurira+ no kugandara no kugira ubuhanza no gukenyera igunira+.
3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.”