1 Abami 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze uno afata inzira. Mu nyuma intambwe+ imusanga ku nzira, iramwica+ hanyuma umuvyimba wiwe utererwa muri nya nzira. Nya ndogobwa yari ihagaze iruhande yawo, na nya ntambwe yari ihagaze iruhande ya nya muvyimba.
24 Maze uno afata inzira. Mu nyuma intambwe+ imusanga ku nzira, iramwica+ hanyuma umuvyimba wiwe utererwa muri nya nzira. Nya ndogobwa yari ihagaze iruhande yawo, na nya ntambwe yari ihagaze iruhande ya nya muvyimba.