2 Samweli 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu rya Yehova+ rica rirurumbira Uza maze Imana y’ukuri imugarika+ ng’aho kubera ico gikorwa c’ukudatinya Imana, aca apfira ng’aho hafi y’isandugu y’Imana y’ukuri+. Nahumu 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.
7 Ishavu rya Yehova+ rica rirurumbira Uza maze Imana y’ukuri imugarika+ ng’aho kubera ico gikorwa c’ukudatinya Imana, aca apfira ng’aho hafi y’isandugu y’Imana y’ukuri+.
2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.