ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 27:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+.

  • Yosuwa 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nayo mwebwe, mwirinde gusa ikintu co gutikizwa+, kugira ngo ntimugire icipfuzo+ ngo mutore koko ku kintu co gutikizwa+ maze mugatuma koko ikambi ya Isirayeli iba ikintu co gutikizwa, mukayikwegera gukumirwa+.

  • 1 Samweli 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo Sauli n’abantu bumvira impuhwe Agagi n’ivyiza kuruta ibindi vyose mu mukuku no mu busho+, n’ibidoshe n’impfizi z’intama n’ivyari vyiza vyose, ntibashaka kubitikiza+. Nayo ibintu vyose bisuzuguritse kandi vyo gutabwa, bino barabitikiza.

  • 1 Ngoma 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.

  • Yeremiya 48:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Arakavumwa uwurangurana urwangara igikorwa ca Yehova+! Arakavumwa uwima inkota yiwe amaraso!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika