2 Abami 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi Yezebeli, imbwa zizomurira+ mu gice c’itongo c’i Yezireyeli, kandi nta wuzomuhamba.’” Aca yugurura umuryango, arahunga+. 2 Abami 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Bagiye kumuhamba, ntihagira ico basanga kuri we atari agahanga n’ibirenge n’ibiganza vy’amaboko+. Zaburi 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyago vyiwe bizomusubira ku mutwe+,Kandi ubukazi bwiwe buzomanuka ku rutwariro rwiwe+.
10 Kandi Yezebeli, imbwa zizomurira+ mu gice c’itongo c’i Yezireyeli, kandi nta wuzomuhamba.’” Aca yugurura umuryango, arahunga+.