43 Maze Salomo aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, hanyuma ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+ se wiwe; Rehobowamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
31 Amaherezo Rehobowamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi+. Nyina yitwa Nayama Umwamonikazi+. Nuko Abiyamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
24 Amaherezo Asa aryama hamwe na ba sekuruza biwe, ahambwa hamwe na ba sekuruza+ mu Gisagara ca Dawidi sekuruza+; maze Yehoshafati+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.