Gusubira mu vyagezwe 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ariko igihe cose umutima wawe uzoba uhahamiye akanyama, uzokerera igitungwa+, urye akanyama nk’uko Yehova Imana yawe yaguhezagiye, mu marembo yawe yose. Uwuhumanye+ n’uwudahumanye boshobora kuzirya, nk’uko barya ingeregere n’ifumbēri+. Gusubira mu vyagezwe 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu marembo yawe ni ho ukwiye kukirira, kandi uwuhumanye n’uwudahumanye bose hamwe baze bakirye+, nk’uko barya ingeregere n’ifumbēri+.
15 “Ariko igihe cose umutima wawe uzoba uhahamiye akanyama, uzokerera igitungwa+, urye akanyama nk’uko Yehova Imana yawe yaguhezagiye, mu marembo yawe yose. Uwuhumanye+ n’uwudahumanye boshobora kuzirya, nk’uko barya ingeregere n’ifumbēri+.
22 Mu marembo yawe ni ho ukwiye kukirira, kandi uwuhumanye n’uwudahumanye bose hamwe baze bakirye+, nk’uko barya ingeregere n’ifumbēri+.