22 Muze mukore agakama ka ezobu+, mugakoze muri ya maraso ari mw’ibesani, mumije makeyi ku gice co hejuru y’umuryango no ku bishimaryango uko ari bibiri. Nta n’umwe muri mwebwe akwiye gusohoka hanze y’ubwinjiriro bw’inzu yiwe gushika mu gitondo.
18 Maze umugabo adahumanye+ aze atore ezobu+, ayikoze mu mazi, hanyuma ayacucagire nya hema, n’ivyombo vyose, n’abantu bari bari ng’aho, n’uwakoze kuri nya gufa canke agakora ku wagandaguwe canke ku kiziga canke ku mva.