2 Ngoma 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Salomo aharura rero abagabo ibihumbi mirongo irindwi ngo babe abo gutwara imizigo n’abagabo ibihumbi mirongo umunani ngo babe abo kuringaniza amabuye ku musozi+, n’ibihumbi bitatu n’amajana atandatu ngo babe abahagarikizi babo+.
2 Salomo aharura rero abagabo ibihumbi mirongo irindwi ngo babe abo gutwara imizigo n’abagabo ibihumbi mirongo umunani ngo babe abo kuringaniza amabuye ku musozi+, n’ibihumbi bitatu n’amajana atandatu ngo babe abahagarikizi babo+.