Kuvayo 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Muze mukore agakama ka ezobu+, mugakoze muri ya maraso ari mw’ibesani, mumije makeyi ku gice co hejuru y’umuryango no ku bishimaryango uko ari bibiri. Nta n’umwe muri mwebwe akwiye gusohoka hanze y’ubwinjiriro bw’inzu yiwe gushika mu gitondo.
22 Muze mukore agakama ka ezobu+, mugakoze muri ya maraso ari mw’ibesani, mumije makeyi ku gice co hejuru y’umuryango no ku bishimaryango uko ari bibiri. Nta n’umwe muri mwebwe akwiye gusohoka hanze y’ubwinjiriro bw’inzu yiwe gushika mu gitondo.