1 Abami 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Amasederi yari kuri iyo nzu imbere muri yo yari akorogoshoyeko udusharizo tw’imero y’icamwa c’umutanga+ n’ingori z’amashurwe+. Yose yari amasederi; nta buye ryaboneka. 2 Abami 4:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko umuntu umwe arasohoka aja mu gahinga kwaha utubabi tw’agati k’umwora+, maze abona umutanga araheza awamurako imitangatanga, yuzuza impuzu yiwe, maze araza, ayikekagurira muri ya nkono y’isupu, kuko batari bazi ivyo ari vyo.
18 Amasederi yari kuri iyo nzu imbere muri yo yari akorogoshoyeko udusharizo tw’imero y’icamwa c’umutanga+ n’ingori z’amashurwe+. Yose yari amasederi; nta buye ryaboneka.
39 Nuko umuntu umwe arasohoka aja mu gahinga kwaha utubabi tw’agati k’umwora+, maze abona umutanga araheza awamurako imitangatanga, yuzuza impuzu yiwe, maze araza, ayikekagurira muri ya nkono y’isupu, kuko batari bazi ivyo ari vyo.