Kuvayo 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Musa araheza afata ica kabiri c’amaraso agishira mu mabakure+, ikindi ca kabiri c’amaraso akimijagira ku gicaniro+. 2 Ngoma 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu.
6 Musa araheza afata ica kabiri c’amaraso agishira mu mabakure+, ikindi ca kabiri c’amaraso akimijagira ku gicaniro+.
8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu.