1 Abami 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze ashongesha inkingi zibiri z’umujumpu+, inkingi imwe yose ikaba yari ifise amahagarara y’amatambwe cumi n’umunani, kandi akagozi k’amatambwe cumi n’abiri ni ko kapima inkikuro y’imwimwe yose muri izo nkingi zibiri+.
15 Maze ashongesha inkingi zibiri z’umujumpu+, inkingi imwe yose ikaba yari ifise amahagarara y’amatambwe cumi n’umunani, kandi akagozi k’amatambwe cumi n’abiri ni ko kapima inkikuro y’imwimwe yose muri izo nkingi zibiri+.