2 Ngoma 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Salomo ava kuri nya kibanza gikirurutse cari i Gibeyoni+, imbere y’ihema ry’ihuriro+, aja i Yeruzalemu maze abandanya kuganza Isirayeli+.
13 Nuko Salomo ava kuri nya kibanza gikirurutse cari i Gibeyoni+, imbere y’ihema ry’ihuriro+, aja i Yeruzalemu maze abandanya kuganza Isirayeli+.