ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko umwami aja i Gibeyoni+ gushikanirayo ibimazi, kuko ico cari ikibanza gikirurutse+ gikomeye. Salomo atangura gushikana kuri ico gicaniro ibimazi igihumbi biturirwa+.

  • 1 Ngoma 16:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 asiga na Zadoki+ umuherezi na bene wabo abaherezi imbere y’itaberenakulo ya Yehova ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+,

  • 1 Ngoma 21:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mugabo ya taberenakulo ya Yehova Musa yari yarakoreye mu gahinga na ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, ico gihe vyari ku kibanza gikirurutse c’i Gibeyoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika