Guharura 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?” Zaburi 103:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamenyesheje inzira ziwe Musa+,Ivyo akora abimenyesha mbere bene Isirayeli+.
8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?”