2 Ngoma 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Salomo ahagarara imbere y’igicaniro ca Yehova, imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose+, hanyuma agaranzura ibiganza+. Ezira 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Igihe c’ishikanwa ry’intete+ ryo ku mugoroba kigeze, ndahaguruka mva aho nari nicaye nteterewe, impuzu yanje n’umwitero wanje utagira amaboko vyatantamutse, maze ndapfukama+, ngaranzurira ibiganza Yehova Imana yanje+.
12 Nuko Salomo ahagarara imbere y’igicaniro ca Yehova, imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose+, hanyuma agaranzura ibiganza+.
5 Igihe c’ishikanwa ry’intete+ ryo ku mugoroba kigeze, ndahaguruka mva aho nari nicaye nteterewe, impuzu yanje n’umwitero wanje utagira amaboko vyatantamutse, maze ndapfukama+, ngaranzurira ibiganza Yehova Imana yanje+.