ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Dawidi ahezagira+ Yehova mu maso y’ishengero ryose+, ati: “Uragahezagirwa+, ewe Yehova Mana ya Isirayeli+ data, kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero.

  • 2 Ngoma 20:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze ku musi ugira kane bakoranira mu kiyaya co hasi ca Beraka, kuko ari ho bahezagiriye Yehova+. Ni co catumye aho hantu bahita+ Ikiyaya co Hasi ca Beraka*, gushika uno musi.

  • Zaburi 41:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+

      Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.

      Amen kandi Amen+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika