25 Ni we yasubijeho urubibe rwa Isirayeli, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku kiyaga co muri Araba+, nk’uko ijambo rya Yehova Imana ya Isirayeli ryari, uwari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Yona+ mwene Amitayi, umuhanuzi yava i Gati-heferi+.
14 Raba! Ngira ndabahagurukirize ihanga+, ewe nzu ya Isirayeli,’ ni ko Yehova Imana nyen’ingabo avuze, ‘babahahaze kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku mwonga wa Araba.’”