2 Ngoma 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ku musi ugira mirongo ibiri na gatatu w’ukwezi kugira indwi, arungika abantu i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ineza+ Yehova yari yaragiriye Dawidi na Salomo na Isirayeli abantu biwe+.
10 Ku musi ugira mirongo ibiri na gatatu w’ukwezi kugira indwi, arungika abantu i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ineza+ Yehova yari yaragiriye Dawidi na Salomo na Isirayeli abantu biwe+.