2 Samweli 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+. Niyakora nabi, nzomukangira n’inkoni+ y’abantu be n’ugukubita kw’abana ba Adamu. 2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. Zaburi 89:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Abana biwe nibaheba itegeko ryanje+,Ntibagendere mu ngingo zanje z’ubutungane+,
14 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+. Niyakora nabi, nzomukangira n’inkoni+ y’abantu be n’ugukubita kw’abana ba Adamu.
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.