ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ atuma abasuku biwe+ kuri Salomo, kuko yari yumvise yuko ari we bari barobanuje amavuta ngo abe umwami mu kibanza ca se wiwe; kuko Hiramu yari yamye akunda Dawidi+.

  • 1 Abami 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Hiramu+ akimara kwumva amajambo ya Salomo, aranezerwa rwose, maze avuga ati: “Arahezagiwe+ Yehova uno musi, kuko yahaye Dawidi umuhungu w’inkerebutsi+ ngo aganze aba bantu benshi+!”

  • 2 Ngoma 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Vyongeye, Salomo atuma kuri Hiramu+ umwami wa Tiro ati: “Nk’uko wagiriye Dawidi+ dawe, ukaguma umurungikira ibiti vy’amasederi kugira ngo yiyubakire inzu yo kubamwo, . . .

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika