Yosuwa 10:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ico gihe ni ho Horamu umwami wa Gezeri+ yaduga gufasha Lakishi. Yosuwa rero amwicana n’abantu biwe, ntihagira n’umwe amusigira+. Abacamanza 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+.
33 Ico gihe ni ho Horamu umwami wa Gezeri+ yaduga gufasha Lakishi. Yosuwa rero amwicana n’abantu biwe, ntihagira n’umwe amusigira+.
29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+.