Yosuwa 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 umwami wa Eguloni+, umwe; umwami wa Gezeri+, umwe; Yosuwa 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi ntibirukanye Abanyakanani+ baba i Gezeri+; Abanyakanani baracaba muri Efurayimu gushika n’uyu musi+, mugabo bahavuye bakoreshwa ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba+. Yosuwa 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Babaha rero igisagara c’ubuhungiro+ ku bw’uwishe umuntu+, ari co Shekemu+, n’itongo ry’uburagiriro ryaco+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, na Gezeri+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Abacamanza 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+. 1 Abami 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 (Farawo umwami wa Misiri yari yaraduze hanyuma afata Gezeri ayituriza umuriro, kandi Abanyakanani+ baba muri ico gisagara yari yarabishe. Agiha rero umukobwa wiwe+, umugore wa Salomo, bwa ngabirano y’agasaga.)
12 umwami wa Eguloni+, umwe; umwami wa Gezeri+, umwe; Yosuwa 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi ntibirukanye Abanyakanani+ baba i Gezeri+; Abanyakanani baracaba muri Efurayimu gushika n’uyu musi+, mugabo bahavuye bakoreshwa ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba+. Yosuwa 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Babaha rero igisagara c’ubuhungiro+ ku bw’uwishe umuntu+, ari co Shekemu+, n’itongo ry’uburagiriro ryaco+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, na Gezeri+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Abacamanza 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+. 1 Abami 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 (Farawo umwami wa Misiri yari yaraduze hanyuma afata Gezeri ayituriza umuriro, kandi Abanyakanani+ baba muri ico gisagara yari yarabishe. Agiha rero umukobwa wiwe+, umugore wa Salomo, bwa ngabirano y’agasaga.)
10 Kandi ntibirukanye Abanyakanani+ baba i Gezeri+; Abanyakanani baracaba muri Efurayimu gushika n’uyu musi+, mugabo bahavuye bakoreshwa ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba+.
21 Babaha rero igisagara c’ubuhungiro+ ku bw’uwishe umuntu+, ari co Shekemu+, n’itongo ry’uburagiriro ryaco+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, na Gezeri+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+.
16 (Farawo umwami wa Misiri yari yaraduze hanyuma afata Gezeri ayituriza umuriro, kandi Abanyakanani+ baba muri ico gisagara yari yarabishe. Agiha rero umukobwa wiwe+, umugore wa Salomo, bwa ngabirano y’agasaga.)